Abarundi, Ihanga ryatoranijwe n’Imana (Ibanga rinyegejwe mw’Isezerano)

저자
정보 없음
출판사
Lulu Press
출판일
20190730
ISBN
9780359293063
ISBN 등록 지역
영어권 (ISBN 978-0)

소개

Ubuvugishwa canke ubuhanuzi bwa mbere ku gihugu c-Uburundi bwa vuzwe mu mwaka wa 1935, umwaka amashengero ya Pentekote yatanguzwa mu Burundi n-abakozi b-Imana bari baje bava mu gihugu ca Suwedi. Niho bavugishwa yuko Abarindi ari Ihanga ryatoranijwe n-Imana. Ubundi buvugishwa bwasaba abarundi kwiyeza, kwishonzesha no gusenga cane kuko Abarundi ari Ihanga ryatoranijwe, bwavuzwe muri Myandagaro 1968 mu gikorane c-Amashengero ya Pentekoti cari cabereye i Mugara.